BBCGreatLakes.com
Igiswahili
Afrika
 
Ayanyuma: 28 Ukwa ndwi, 2010 - 17:44 GMT
 
Sangira n,incuti   Ayasohoka neza
CNDD FDD uyu munsi yatsinze amatora y'abakenguzamateka
 

 
 
Mu Burundi batoye abakenguzamateka, ku ntebe 34 umugambwe CNDDFDD wabonye intebe 32 Uprona wabonye intebe 2.

UPRONA yatahiye intebe 2 z'i Bujumbura n’I Bururi, i Bujumbura ho, abo ku rutonde rw’abatutsi bo muri CNDD FDD babanje guhebera benewabo bo muri Uprona ubundi bwo nta ntebe n’imwe yari gutahukana kuko nta na hamwe yari gukwiza igitigiri c’abajenama kiruta ic’aba CNDD FDD.

Nta kundi vyari kugenda kuko n’aho imigambwe myinshi itavuga rumwe na CNDD FDD yari yaronse abajenama benshi nko mu gisagara ca Bujumbura no mu ntara ya Bujumbura nyene, abo bajenama ntibitavye amatora.

Nayo amatora y’abakenguzamateka nta gitigiri ntabanduka asaba.

 
 
AMAKURU YA NYUMA
 
 
Sangira n,incuti   Ayasohoka neza
 
  Turi bande | Dutere akamo
 
BBC Copyright Logo ^^ Subira hejuru
  Amashakiro | Ikirere| Ibiganiro| Imirongo
 
  BBC News >> | BBC Sport >> | BBC Weather >> | BBC World Service >> | BBC Languages >>
 
  Mfasha | Wenyene