BBCGreatLakes.com
Igiswahili
Afrika
 
Ayanyuma: 13 Ukwa cumi na 1, 2009 - 15:27 GMT
 
Sangira n,incuti   Ayasohoka neza
Prezida Obama mu Buyapani
 

 
 
Prezida Barack Obama yatanguye urugendo rwiwe muri Aziya, akaba yamenyesheje ko azokwongereza ibikorwa vya Amerika muri ako karere.

Nyuma y'imibonano yabereye i Tokyo, bwana Obama yashimanze avuga yuko leta zunze umwe za Amrika zikiri igihangange mu karere ka Aziya na Pacifique.

Ngo ubucuti Amerika ifitaniye n'Ubuyapani abubona nk'inkingi y'umutekano mu karere.

Ariko yavuze yuko ivyo bihugu bibiri bikeneye gusubiramwo ukunywana kwavyo kugira kujane n'ibihe vy'iki kinyejana.

 
 
AMAKURU YA NYUMA
 
 
Sangira n,incuti   Ayasohoka neza
 
  Turi bande | Dutere akamo
 
BBC Copyright Logo ^^ Subira hejuru
  Amashakiro | Ikirere| Ibiganiro| Imirongo
 
  BBC News >> | BBC Sport >> | BBC Weather >> | BBC World Service >> | BBC Languages >>
 
  Mfasha | Wenyene