BBCGreatLakes.com
Igiswahili
Afrika
 
Ayanyuma:
 
Sangira n,incuti   Ayasohoka neza
Urubanza rwa Bosco Gasasira rwarangiye
 
Bosco Gasasira umukuru w' Umuvugizi
Bosco Gasasira umukuru w' Umuvugizi
Bosco Gasasira, umukuru w' ikinyamakuru Umuvugizi, yagirizwa ko yakoresheje ikinyamakuru ciwe mu gutyoza no kwinjira mu buzima bw' abantu.

Umucamanza yavuze ko mu nkuru yanditse, harimwo amajambo asevya umushikirizamaunza mukuru Jean Bosco Mutangana na dr Dinae Gashumba.

Umucamanza yamukatiye igihano co kubaha miliyoni zibiri z' amafranga y' Urwanda, y' impozamarira.

Ababuranira Gasasira batanu, bakomeje kwikura mur' urwo rubanza bavuga ko rwafashe intumbero ya politique.

 
 
AMAKURU YA NYUMA
 
 
Sangira n,incuti   Ayasohoka neza
 
  Turi bande | Dutere akamo
 
BBC Copyright Logo ^^ Subira hejuru
  Amashakiro | Ikirere| Ibiganiro| Imirongo
 
  BBC News >> | BBC Sport >> | BBC Weather >> | BBC World Service >> | BBC Languages >>
 
  Mfasha | Wenyene