BBCGreatLakes.com
Igiswahili
Afrika
 
Ayanyuma: 11 Ukwa cumi na 1, 2009 - 14:00 GMT
 
Sangira n,incuti   Ayasohoka neza
Umushikiranganji Ndayiragije yakuwe
 

 
 
Uwahoze ari umushikiranganji w'amasoko ntanganuguvu Emanuel Ndayiragije
Umushikiranganjie Emanuel Ndayiragije
Prezida Pierre Nkurunziza yakuye umushikiranganji Emanuel Ndayiragije amwagirije kugira amakosa ahambaye mu kazi.

Bwana Ndayiragije yaratunzwe agatoki kubera uburyo yatunganije ikibazo c'amahera arabana n'ishirahamwe ritanga umuyagankuba.

Iryo shirahamwe, SINELAC, risanzwe rihuriwemwo n'u Burundi, u Rwanda hamwe na Kongo-Kinshasa.

Ikibazo c'umuyagankuba gisigaye carabaye ndanse mu Burundi muri ano mezi ya vuba, mugihe amatara aza aracika ku munsi ku munsi.

 
 
AMAKURU YA NYUMA
 
 
Sangira n,incuti   Ayasohoka neza
 
  Turi bande | Dutere akamo
 
BBC Copyright Logo ^^ Subira hejuru
  Amashakiro | Ikirere| Ibiganiro| Imirongo
 
  BBC News >> | BBC Sport >> | BBC Weather >> | BBC World Service >> | BBC Languages >>
 
  Mfasha | Wenyene