BBCGreatLakes.com
Igiswahili
Afrika
 
Ayanyuma: 11 Ukwa cumi na 1, 2009 - 14:16 GMT
 
Sangira n,incuti   Ayasohoka neza
Isabukuru ry'ihagarikwa ry'ingwano ya mbere y'isi
 
Kuri iyi taliki ya 11 z'ukwezi kw'icumi na rimwe ,amakungu ariko aribuka abantu bazize ingwano ya mbere y'isi 1914-1918.

N'ubwa mbere ,umutegetsi wo mu gihugu c'u Budagi aja muri iyo mihango yabereye mu gihugu c'u Bufaransa i Arc de Triomphe .

Ubwo ngo n'uburyo u Bufaransa n'u Budagi bwagize kugirango ivyo bihugu bishimangire ubucuti ,inyuma y'imyaka 91 ingwano ya mbere y'isi irangiye ,ari nayo yari yabononeye ubwo bucuti .

Aha mu Bwongereza naho ,n'ubwa mbere iyo mihango iba , intwari zagwanye zitahari kuko bitavye imana .

Muri Afrika ,mu bihugu vyatwawe n'u Bufaransa ,ibihugu vyinshi vyibutse intwari z'abanya Senegal zihebeye u Bufaransa mu gihe c'u bu coloni .

 
 
AMAKURU YA NYUMA
 
 
Sangira n,incuti   Ayasohoka neza
 
  Turi bande | Dutere akamo
 
BBC Copyright Logo ^^ Subira hejuru
  Amashakiro | Ikirere| Ibiganiro| Imirongo
 
  BBC News >> | BBC Sport >> | BBC Weather >> | BBC World Service >> | BBC Languages >>
 
  Mfasha | Wenyene