|
|
| Intara ya Helmand muri Afghanistan |
Umushikiranganji wa mbere w' Ubwongereza Gordon Brown, yavugiye mu nama nshingamateka ko umuhari w' aba Taliban wemeje ko
ariwo wishe basirikare 5.
Ntivyasobanutse neza niba abo ba Taliban bari bihishe mu ba polisi.
Abo basirikare baguye Helmand aho babana n' abapolisi bari mu myimenyerezo.
Aba polisi baciye bahunga inyuma y' ico gitero.
Ico gitero kiri mu vyambere vyahitanye abasirikare benshi b' Ubwongereza kuva mu 2001, aho kugez' ubu hamaze kurwa abasirikare
229.
|