BBCGreatLakes.com
Igiswahili
Afrika
 
Ayanyuma: 02 Ukwa cumi na 1, 2009 - 17:14 GMT
 
Sangira n,incuti   Ayasohoka neza
Tanzania yakatiye igihano c'ugupfa abishe nyamwema
 
Abicwa basa n'uwu munyamwema
Abicwa basa n'uwu munyamwema
Sentare yo muri Tanzaniya iri mu ntara ya Shinyanga ,yakatiwe kwicwa abantu bane .

Bose bagirizwa ko mu mwaka uheze bishe umunyamwema .

Bamwishe nabi bamuciye umutwe n'amaguru.

N'igihano kigira kabiri sentare yo muri Tanzaniya iciriye abagize uruhara mu bwicanyi bw'aba nyamwema .

Twibutse ko abanyamwema 15 bamaze kwicwa muri ico gihugu ,muri iyi mwaya 2 irangiye .

Ibihimba vy'imibiri yabo bigurishwa amafaranga y'umurengera ,kuko ngo bitungisha abantu .

 
 
AMAKURU YA NYUMA
 
 
Sangira n,incuti   Ayasohoka neza
 
  Turi bande | Dutere akamo
 
BBC Copyright Logo ^^ Subira hejuru
  Amashakiro | Ikirere| Ibiganiro| Imirongo
 
  BBC News >> | BBC Sport >> | BBC Weather >> | BBC World Service >> | BBC Languages >>
 
  Mfasha | Wenyene