BBC Gahuza

Urupapuro rw'itangiriro > Amakuru

Uganda yugaye umupaka wa Bunagana

Facebook Twitter Google+
13 Ukwa cumi na rimwe, 2012 - 18:57 GMT
Abagwanyi ba M23

Ubutegetsi muri Uganda kuri uyu wa kabiri bwatangajye ko bufunze umupaka w'i Bunagana, umupaka igihugu gisangiye n'akarere k'uburasirazuba bwa Congo.

Ubutegetsi bwa Uganda busigura ko impanvu yo gufunga uyu mupaka ivuye kuri ca cegeranyo ca ONU cagirije Uganda gushigikira inyeshamba za M23 zafashe igiche cya Congo c'uwo mupaka.

Ushinzwe umutekano w'intara ya Kisoro yabwiye BBC ko itegeko ryo gufunga uyo mupaka ryavuye ku mukuru w'igihugu.

Sangira

Email Facebook Google+ Twitter