United na Real zashituye Abanyamerika

  • 3 Ukw’umunani 2014
Bwabaye ubwa mbere Abanyamerika baraba umupira w'amaguru ari benshi nk'uko

Abantu 109 000 bari bakoranye kurorera urukino rwa kivukanyi, aho Manchester United yatsinze Real Madrid 3 kuri 1.

Igihe Abanyamerika baheruka kurorera urukino rw'umupira w'amaguru ari benshi, hari mu 1984, aho umurwi w'Ubufaransa wahurira n'uwa Brezil ku kibuga ca Rose Bowl muri leta ya California.