BBC navigation

Ferguson arakema ikirego ca Chelsea

Ibiherutse kuvugururwa: 2 ukwa cumi na rimwe, 2012 - 16:23 GMT

Mark Clattenburg na Mikel

Chelsea yagiriza Mark Clattenburg ko yakoresheje amajambo y'ivangura igihe yavugisha umukinyi John Mikel Obi mu rukino rwabahuza na Manchester United rwaheze ari 3-2.

Ariko Sir Furgeson aremeza ko bidashoboka, akavuga ko adashobora kwibaza ko Clattenburg yoba yarakoze ivyo arerwa.

Chelsea yareze uwo muhagarikizi mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru.

Uyu murwi uvuga ko witwaye ahamaze gukorwa amtohoza akwiye, kandi yakozwe n'urwego rwo hanze.

Clattenburg avuga ko avuga ko ari umwere, kandi n'abamufasha, nta n'umwe yemera ivyo Chelsea ivuga.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.