Ntibishobora gukina mu cuma cawe

U Bwongereza: Hitezwe ivuka ry'umuganwa

22 Ukw’indwi 2013 Ibiheruka guhinduka 15:31 GMT

Mu Bwongereza bitegurira ivuga ry'umuganwa mu gihe umuganwakazi, Kate Middleton, ari kwa muganga yiteze kwibaruka.