Ibiherutse kuvugururwa: 23 ukwa kabiri, 2012 - 15:36 GMT
  • Perezida Barack Obama yasabye imbabazi abaturage ba Afghanistani kubera igikorwa cy'abasirikare b'abanyamerika cyo gutwika ikorowani.

    23 ukwa kabiri, 2012

  • Muri Irak haturikiye ibisasu byahitanye abantu byibura 50 abandi barenga 200 barakomereka. Umujyi wa Baghdad niwo byibasiye cyane.

    23 ukwa kabiri, 2012

  • Abakuru b'ibihugu barenga 50 bari mu nama i Londres mu Bwongereza kugirango bige ibibazo byibasiye igihugu cya Somalia.

    23 ukwa kabiri, 2012

  • Inama nkuru y'umutekano kw'isi yafashe ingingo yo kongera igitigiri c'abasirikare bo mu rwego rwo kugarura umutekano muri Somalia AMISOM

    22 ukwa kabiri, 2012

  • Umunyamakuru akomoka muri Amerika Marie Colvin yakurikirana amakuru ahabera intambara, kumwe n' umufaransa Remi Ochlik, afata amafoto baguye muri Baba Am.

    22 ukwa kabiri, 2012

  • Ingabo za Ethiopia zifasha kugarura umutekano muri Somalai zikomeza gusatira umuji wa Baidoa, wari warigaruriwe n'abarwanyi ba Al Shabaab.

    22 ukwa kabiri, 2012

  • Abadiplomati 3 bakoraga muri ambasade ya republika iharanira demokarasi ya Congo basabye ubuhungiro.

    21 ukwa kabiri, 2012

  • Abantu bagera ku 9 biciwe mu matora y'umukuru w'igihugu muri Yemen, Visi Perezida, Abd Rabbu Mansour Hadi, niwe wenyine uharanira uwo mwanya.

    21 ukwa kabiri, 2012

  • Minisitiri w'intebe w'Ubugeriki, aravuga ko inkunga y'ibihugu by'uburayi yo kuzahura ubukungu bw'igihugu cye ari akataboneka mu mateka y'igihugu cye.

    21 ukwa kabiri, 2012

  • Leta y'Ubufaransa yahamagaje uwubuhagarariye iKigali Laurent Contini , inyuma y' aho leta ya Kgali yankiye uwagenywe kumusubirira, Helene Le Gal.

    20 ukwa kabiri, 2012

bbc.co.uk navigation

BBC © 2012 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.