BBC navigation

Ukraine: Abashigikiwe n'Uburusiya batewe

Ibiherutse kuvugururwa: 20 ukwa kane, 2014 - 13:56 GMT

Ikirindiro ca Slaviansk aharashwe amasasu 20/04/14

Igipolisi n'abiyamiriza ubutegetsi bwa Kiev, bavuga ko umuntu umwe yahasize ubuzima, abandi benshi bagakomereka.

Uburusiya bumenyesha ko bwababajwe n'ico gitero bwitirira intagondwa zegamiye ku vyiyumviro bikumira ba kavantara.

Abashigikiye ubutegetsi bwa Ukraine bo bavuga ko ibivurwa kur'ico gitero bigaragaza agasotorano k'inzego z'umutekano z'Uburusiya.

Umukuru w'abegamiye ku Burusiya, yigize mukuru w'igisagara ca Slaviansk -Vyacheslav Ponomaryov- yasavye Uburusiya infashanyo ya gisirikare.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.