BBC navigation

Lavrov:'Nta ngabo zizorungikwa muri Ukraine'

Ibiherutse kuvugururwa: 29 ukwa gatatu, 2014 - 17:56 GMT

Igifaro c'Uburusiya muri Ukraine

Ivyo yabivuze inyuma yo gutangaza kuri televiziyo y'uburusiya RT, ko Uburusiya buzokora ibishoboka vyose mu guharanira uburenganzira bw'abavuga ikirusiya muri Ukraine.

Bwana Lavrov yavuze ko bazokoresha uburyo bwose bushoboka, harimwo ubwa politike, imigenderanire n'ubutungane.

Ayo majambo ya Lavrov yaje kandi inyuma y'umubonano hagati ya perezida wa Leta zunze Ubumwe za Amerika na mugenziwe w'Uburusiya, aho baganiriye ku gukemura ikibazo ca Ukraine biciye mu migenderanire.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.