BBC navigation

Ubufaransa mu matora y'inzego z'intango

Ibiherutse kuvugururwa: 23 ukwa gatatu, 2014 - 08:28 GMT

Icapa c'amatora muri Strasbourg

Abatora bahitamwo abajanama, abakuru b'uturere ndetse n'abo ibisagara mu gihugu cose, harimwo n'umurwa mukuru Paris.

Umuji wa Paris witeze kuronka umuyobozi w'umugore.

Inyuma y'imyaka ibiri ku butegetsi, icizere ku mugambwe w'aba "socialites" caragabanutse cane mu banyagihugu.

Ariko umunyamakuru wa BBC ari iParis, avuga ko n'umugambwe UMP wasubiriwe n'aba "socialistes" utifashe neza kuva aho uwahoze ar'umukuru w'igihugu Nicolas Sarkozy aviriye ku butegetsi bwawo.

Nayo umugambwe "Front National" urwanya abimukira, nawo nyene amajwi yawo ngo ashobora kwigabura, bamwe bagashigikira UMP.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.