DRC: Abantu 19 batwawe mu kiyaga Albert

  • 22 Ukwa gatatu 2014
Impunzi z'Abanyekongo zijabuka hanze mu ntambara yo mu mpera za 2013

Abenshi mu basize ubuzima mur'iyo mpanuka y'ubwato n'abana.

Abandi bantu bagera ku 40 barokowe mur'ubwo bwato, bikekwa ko bwari butwaye impunzi z'Abanyekongo.

Abo banyekongo bari batahutse bava mu buhungiro muri Uganda.

Impunzi z'Abanyekongo biravurwa ko zimaze igihe zidoga ko zidafise ivyo zifungura bikwiye.