USA: Ariel Castro yakatiwe gupfungwa burundu

  • 1 Ukw’umunani 2013
Ariel Castro yakatiwe burundu

Umucamanza yavuze ko kwibaza kuzorekura Castro biteye impungenge zikomeye, kuko yifata nk'uwakorewe icaha.

Mu ntahe y'icese y'uno munsi, umwe mur'castrobo bagore batatu yagize imbohe, Michelle Knight, yavuze ko yamaze imyaka 11 mu muriro udahera, ariko ko azobirengera. Nayo Castro ngo azomara ibihe vyose mu muriro udahera.

Ariel Castro yashuye ko atari igisizimwe, ngo yar'arwaye, yaratwawe umutima no gukunda imiboonano mpuzabitsina.

Castro yemeye ivyaha biharurwa mu majana, birimwo gufata ingwati, gufata ku nguvu n'ubwicanyi burengeje .

Abo bagore barekuwe mu kwezi kwa gatanu, bitabarije igipolisi