Museveni yagize umushikiranganji General Nyakairima

Ibiherutse kuvugururwa: 24 ukwa gatanu, 2013 - 15:04 GMT
Umukuru wa Uganda, Yoweri Museveni

Umukuru wa Uganda, Yoweri Museveni

Umukuru w'igihugu wa Uganda, Yoweri Museveni, yakuye umu General mukuru mu kibanza ciwe amugira umushikiranganji w'intwaro yo hagati.

Icoba catumye umukuru w'igihugu ashira General Aronda Nyakairima mu kibanza c'aba sivile ntikiramenyekana.

Ariko abihweza utuntu n'utundi bavuga ko ikibanza gishasha ahawe gikomeye cane, kuko kimuha ububasha bwo gutegeka igipolisi c'igihugu.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.