BBC navigation

Norvege:Sadi Bugingo yahamwe n'icaha ca jenoside

Ibiherutse kuvugururwa: 14 ukwa kabiri, 2013 - 14:16 GMT

Umucamanza muri sentare

Sentare yo muri Norvege yahamije Sadi Bugingo icaha co kuba yaragize uruhara mu bwicanyi bwahitanye abantu bari hagati y'igihumbi n'ibihumbi bibiri.

Ntiyarezwe kuba ubwiwe yarishe umuntu n'umwe muri bo, ariko umucamanza yavuze ko Bugingo yari ajejwe gukwirikirana ko amabwiriza yo kwica yatangwa yakurikijwe.

Bugingo, yabaye muri Norvege igihe kirenga imyaka 10, yarahakanye mu rubanza rwiwe, ko ata ruhara na mba yagize muri jenoside yabaye mu Rwanda.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.