Al Shabaab yemeza ko hapfuye umufaransa wa 2

Ibiherutse kuvugururwa: 14 ukwa mbere, 2013 - 17:30 GMT

Umu comando w'umufransa mu myimenyerezo

Al Shabaab yatangaje ifoto ivuga ko ari iy'umusirikare w'umufaransa yapfuye,ari iruhande y'inkoho n'ibindi bikoresho vya gisirikare.

Umushikiranganji wa mbere w' Ubufaransa Jean Marc Ayrault, avuga kw'ayo mafoto ateye ateye isoni n'agahinda.

Ubufaransa bwari bwavuze ko bwibaza ko umusirikare wabwo kumwe n'uwo bashaka kurekuza mur'ico gitero kitakunze yakora mw'iperereza, boba bapfuye mur'ico gitero nyene co ku wa gatandatu.

Al Shabaab yo ivuga k'uwo bafashe ingwati akiriho, bavuga ko bazotangaza urubanza bazomucira mu nyuma.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.