BBC navigation

Kenya:yatawe muri yompi kuko yiyise umupolisi

Ibiherutse kuvugururwa: 4 ukwa mbere, 2013 - 15:01 GMT

Umupolisi wa Kenya

Umugabo yitwa Joshua Waiganjo yagirijwe ko yigize icegera ca komiseri wa polise mu ntara ya Rift Valley.

Uyu mugabo yar'amaze imyaka itanu yose yiyita umupolisi, yagoirijwe no kuba atunze umwambaro wayo bidaciye mu mategeko.

Ikindi caha yagirijwe n'ukwiba, ariko ivyo vyose arabihakana.

Nta nsobanuro zatanzwe ku cateye amakenga ku mwirondoro wa Joshua Waiganjo, bikaza kumneykana ko abesha.

Umuvugizi w'igipolisi avuga k'uyu mugabo atigeze ahabwa umusahara.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.