Congo:Har'ivyo M23 isaba mu kuva Goma

Ibiherutse kuvugururwa: 27 ukwa cumi na rimwe, 2012 - 14:51 GMT

Jean Marie Runiga, umuyobozi wa politike wa M23

Jean-Marie Runiga yavuze ko abarwanyi ba M23 bashobora kwihuta kuva muri Goma hamwe president Joseph Kabila yokwemera ivyo basaba.

Mur'ivyo harimwo kwambura ibirwanisho abasirikare ba Congo bari mur'ako karere, agasesa akanama kajejwe amatora.

Ivyo leta ya Congo yavyimye amatwi, ikavuga ko ari ibitebu.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.