BBC navigation

Nigeria:igitero cahitanye 20 muri Zamfara

Ibiherutse kuvugururwa: 31 ukwa cumi, 2012 - 13:34 GMT

Igitero muri Zamfara

Abantu bafise ibirwanisho badutse mw'ijoro mu gace ka Zamfara, aho batanguye baka amafaranga mu nyuma batangura kurasa no gutemagura abantu kugeza bapfuye.

Umukuru w'ico kirwati bivugwa ko nawe yicishijwe inkota.

Abanyamakuru bari muri Nigeria bavuga ko ubwicanyi bwiyongereye mu buraruko bw'ico gihugu, kubera abikinga mu kiza mur'iki gihe bigoye kubahiriza amategeko kubera Boko Haram.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.