BBC navigation

Uburundi bwakiriye impunzi zirukanywe na Tanzania

Ibiherutse kuvugururwa: 31 ukwa cumi, 2012 - 16:35 GMT

Ikambi y' impunzi

Ishami ry'ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe impunzi muri Tanzania hamwe na leta y'ico gihugu, baramaze kwemeza ko inkambi ya Mutabira igomba kuba yugawe mu mpera z'uno mwaka.

Kuva ejo hatanguye igikorwa co kubahirimiriza gutahuka, abatavyemeye bagashirwa mu maboko y'abajejwe abinjira n'abasohoka mu gohugu.

Umurwi wa mbere wavanywe mw'ikambi ya Mtabila witezwe gushika uno munsi mw'ikbai y'agateganyo yo mu ntara ya Makamba.

Buramatari w'intara ya Makamba, Vincent Nibayubahe, avuga ko leta yiteguriye kwakira izo mpunzi ziharurwa mu barenga 35000.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.