Nigeria:Abakuru b'intara 5 bategetswe kwegura

Ibiherutse kuvugururwa: 27 ukwa mbere, 2012 - 13:45 GMT
NIgeria

NIgeria

Icemezo ca sentare co guhagarika abo bakuru b'intara bo mu mugambwe wa president Goodluck Jonathan kije kurangiza urubanza rwamaze igihe kirekire , rujanye n'igihe batanguriye ayo mabanga.

Umwe mur'abo bategetsi, Liyel Imoke ategeka intara ya Cross River, avuga ko we yamaze kuva mu mabanga yiwe, ahamagarira abantu kuguma batekanye.

Umunyamakuru wa BBC ari muri Nigeria avuga kw'iki xcemezo ca sentare cerekanye ubwigenge bw'urwego rw'ubutungane muri Nigeria.

bbc.co.uk navigation

BBC © 2012 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.